Letra de Canciones

Artista: Hinos de Países

Hino do Burundi  (36)

En algun idioma

Burŭndi Bwâcu, Burŭndi buhĭre
Shīnga icúmu mu mashīnga
Gaba intăhe y'úbugabo ku bugīngo
Warápfunywe ntiwapfûye
Waráhabīshijwe ntiwahababuka
Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urîkukira
Komerwa amáshi n'ámakūngu
Hābwa impŭndu n'âbâwe
Isāmírane mu mashīnga, isāmírane mu mashīnga

Burŭndi bwâcu, rági ry'ábasôkúru
Ramutswa intăhe n'íbihúgu
Ufatánije ishaka n'ubúhizi
Vuza impŭndu wĭgānzūye uwakúgānza uwakúgānza

Burŭndi bwâcu, nkóramútima kurí twëse
Tugutūye amabóko, umutima n'úbuzima
Imâna yakúduhāye ikudútūngire
Horana ubúmwe n'ábagabo n'ítĕkāne
Sāgwa n'úrwĕze, sāgwa n'ámahóro mēzá


Letra de cancion enviada por Fabi
Bandera de España
Bandera de Reino Unido